Woba wavutse usanga bakoresha iki mu gusya ibigori canke ibindi tuvanamwo ifu y’ubutsima? Aho hambere mu Burundi twakoresha urusyo ndetse n’ubu hari abakirufise nk’uku mubona uno mwana ariko abikora neza