WOBA WARI UZI INSIGURO Y’ICIBARE ARIKO HARI VYISHI BIZA KUKUBERA BISHASHA MURI KINO KIGANIRO,icibare c’ikirwa n’ibindi,KAZE
Mu Burundi iyo bugorovye barugara ingo,bakoresha imihongero canke imyugariro,aho bateye imbere bakoresha imiryango ya kijambere nyene,aho hambere rero na n’ubu mbere,bakoresha ibi ubona mu kwugara ingo zabo aha kuri iyi sanamu,wari ubizi wewe warutse vuba canke weweutabaye mu Burundi?
Ngo hariho ibiti bihezagiwe?Ibikoko bisa n’imburi?Aho hambere bari bazi gukingira ibidukikije ata gahato,ni muri iki kiganiro gikurikira