Woba wavutse usanga bakoresha iki mu gusya ibigori canke ibindi tuvanamwo ifu y’ubutsima? Aho hambere mu Burundi twakoresha urusyo ndetse n’ubu hari abakirufise nk’uku mubona uno mwana ariko abikora neza https://www.facebook.com/profile.php?id=61574835636596Twhttps://x.com/UmuryNdumurundi https://www.facebook.com/profile.php?id=61574835636596 Twhttps://x.com/UmuryNdumurundi Poster le commentaireVotre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *Commentaire * Nom E-mail Site web